Itanguriro 12:2-3

Itanguriro 12:2-3 BKC

Nzokugira ihanga rikomeye kandi nzoguhezagira; izina ryawe nzorigira rurangiranwa, kandi uzobera abandi umuhezagiro. Abazoguhezagira nzobahezagira, kandi abazokuvuma nzobavuma; imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa biciye kuri wewe.”

អាន Itanguriro 12