1
Zakariya 3:4
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Uwo mumarayika abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: “Nimumwambure izo mpuzu zanduye.” Maze abwira Yosuwa ati: “Raba, ndagukuyeko icaha cawe, kandi ngira nkwambike impuzu nziza.”
Compare
Explore Zakariya 3:4
2
Zakariya 3:7
“Uku ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze: ‘Niwamwumvira ukitondera ivyo yihanikirije, uzoganza Ingoro yiwe kandi azokuzeza abo mu rugo rwiwe, kandi azoguha ikibanza hagati y’aba bahagaze ngaha.’ ”
Explore Zakariya 3:7