1
Zakariya 2:5
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Kandi jewe ubwanje nzohabera uruzitiro rw’umuriro ruhakikuje rwo kuhakingira,’ uko ni ko UHORAHO avuze, ‘kandi nzohabera n’ubwiza bw’imbere muri co!’ ”
Compare
Explore Zakariya 2:5
2
Zakariya 2:10
Shira akamo hejuru unezerwe, Mukobwa w’i Siyoni. Kuko ndiko ndaza, kandi nzoba hagati muri wewe,” ni ko UHORAHO avuze.
Explore Zakariya 2:10