YouVersion Logo
Search Icon

Zakariya 3:7

Zakariya 3:7 BKC

“Uku ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze: ‘Niwamwumvira ukitondera ivyo yihanikirije, uzoganza Ingoro yiwe kandi azokuzeza abo mu rugo rwiwe, kandi azoguha ikibanza hagati y’aba bahagaze ngaha.’ ”