1
Ivyahishuriwe Yohana 19:7
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Tunezerwe, duhimbarwe, tuyihe icubahiro, kuk’ ubukwe bga wa Mwagazi w’Intama bushitse, umugeni wiwe ariteguye.
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 19:7
2
Ivyahishuriwe Yohana 19:16
Kandi ku mpuzu ziwe no ku kibero, afise izina ryanditsweko, ng’ UMWAMI W’ABAMI, ŪGANZA ABAGANZA.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 19:16
3
Ivyahishuriwe Yohana 19:11
Mbona ijuru ryuguruye, kandi mbona ifarasi y’igitare, ūyivyagiyeko yitwa Mwizigirwa, irindi ni Munyakuri. Aca amateka akarwana intambara mu bugororotsi.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 19:11
4
Ivyahishuriwe Yohana 19:12-13
Inyonga ziwe n’imbeya z’umuriro, no mu mutwe yambaye imigāra myinshi, kand’ afise izina ryanditswe, nta wurizi atari we wenyene. Yambaye impuzu zājobetswe mu maraso, kandi yitwa Jambo w’Imana.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 19:12-13
5
Ivyahishuriwe Yohana 19:15
Mu kanwa kiwe havamw’ inkota ikarishe, kugira ngw ayikubite amahanga: azoyaragiza inkoni y’icuma. Kand’ aganishiriza ibirenge mu bgato vino y’uburake bg’inkazi bg’Imana ishobora vyose.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 19:15
6
Ivyahishuriwe Yohana 19:20
Ico gikōko gifatwa mpiri, bo na wa muvugishwa w’ibinyoma, yakorera vya bimenyetso mu maso yaco, akabizimirisha abemeye gushirwakw ikimenyetso ca ca gikōko n’abasenga igishushanyo caco. Vyompi bitererwa bibona mu kiyaga caka umuriro n’amazuku.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 19:20