Ivyahishuriwe Yohana 19:11
Ivyahishuriwe Yohana 19:11 RUN1967
Mbona ijuru ryuguruye, kandi mbona ifarasi y’igitare, ūyivyagiyeko yitwa Mwizigirwa, irindi ni Munyakuri. Aca amateka akarwana intambara mu bugororotsi.