1
Ivyahishuriwe Yohana 18:4
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Numva ijwi rindi rivuye mw ijuru, rivuga, riti Bantu banje, ni muve i we, kugira ngo mwoye gufatanya n’ivyaha vyiwe, mwoye guhabga ku vyago vyiwe.
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 18:4
2
Ivyahishuriwe Yohana 18:2
Asemerera n’ijwi rirenga, ati Kirakomvomvotse, kirakomvomvotse, Babuloni ca gisagara gihambaye, gicitse ikibanza c’abadayimoni, aharindirwa impwemu zihumanya zose, aharindirwa ibisīga bihumanya vyankwa vyose.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 18:2