1
Ivyahishuriwe Yohana 16:15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
(Ehe ndaza nk’igisuma. Hahirwa ūba maso, akazigama impuzu ziwe, ngo ntagende amēnya, bakabona isoni z’ubgambure bgiwe.)
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:15
2
Ivyahishuriwe Yohana 16:12
Uwa gatandatu asuka urwavya rwiwe mu ruzi runini Efurate. Amazi yarwo arakama, kugira ngw inzira y’abami bava i burasirazuba yitegurwe.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:12
3
Ivyahishuriwe Yohana 16:14
kukw izo ar’ impwemu z’abadayimoni, zikora ibimenyetso, zija ku bami bo mw isi yose, ngo zibakoranirize ku ntambara yo ku musi uhambaye w’Imana ishobora vyose.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:14
4
Ivyahishuriwe Yohana 16:13
Kandi mbona mu kanwa ka ca gisato no mu kanwa ka ca gikōko no mu kanwa ka wa muvugishwa w’ibinyoma, havamw’ impwemu zitatu zihumanya, zisa n’ibikere
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:13
5
Ivyahishuriwe Yohana 16:9
Abantu bababurwa n’indugumba nyinshi, barogota kw izina ry’Imana igaba ivyo vyago, ntibihana ngo bayihimbaze.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:9
6
Ivyahishuriwe Yohana 16:2
Uwa mbere aragenda, asuka urwavya rwiwe kw isi, abantu bafise ikimenyetso ca ca gikōko, bagasenga igishushanyo caco, bafatwa n’ibisebe bikomeye bibi.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:2
7
Ivyahishuriwe Yohana 16:16
Zibakoraniriza ahantu hitwa Haru‐Magedoni mu Giheburayo.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 16:16