Ivyahishuriwe Yohana 16:14
Ivyahishuriwe Yohana 16:14 RUN1967
kukw izo ar’ impwemu z’abadayimoni, zikora ibimenyetso, zija ku bami bo mw isi yose, ngo zibakoranirize ku ntambara yo ku musi uhambaye w’Imana ishobora vyose.