Ivyahishuriwe Yohana 16:13
Ivyahishuriwe Yohana 16:13 RUN1967
Kandi mbona mu kanwa ka ca gisato no mu kanwa ka ca gikōko no mu kanwa ka wa muvugishwa w’ibinyoma, havamw’ impwemu zitatu zihumanya, zisa n’ibikere: