1
1 Ab’i Tesalonike 1:2-3
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Mwese tubashimira Imana imisi yose, tubahoza mu kanwa uko dusenze, twibuka ubudasība ibikorwa vyanyu biva ku kwizera, n’ubutame buva mu rukundo, n’ukwihangana kuva ku kwizigira Umwami wacu Yesu Kristo, imbere y’Imana yacu, ni yo Data wa twese.
Compare
Explore 1 Ab’i Tesalonike 1:2-3
2
1 Ab’i Tesalonike 1:6
Namwe mwaratwīgānye, mwīgāna n’Umwami wacu, mumaze kwakīrira ijambo ry’Imana mu marushwa menshi, munezerejwe na Mpwemu Yera
Explore 1 Ab’i Tesalonike 1:6