1 Ab’i Tesalonike 1:2-3
1 Ab’i Tesalonike 1:2-3 RUN1967
Mwese tubashimira Imana imisi yose, tubahoza mu kanwa uko dusenze, twibuka ubudasība ibikorwa vyanyu biva ku kwizera, n’ubutame buva mu rukundo, n’ukwihangana kuva ku kwizigira Umwami wacu Yesu Kristo, imbere y’Imana yacu, ni yo Data wa twese.





