1
Ab’i Kolosayi 4:6
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Imvugo zanyu zamane ubuntu bg’Imana, zirunzwe umunyu, kugira ngo mumenye ingene mukwiye kwishura umuntu wese.
Compare
Explore Ab’i Kolosayi 4:6
2
Ab’i Kolosayi 4:2
Mukovye mu gusenga, mukubemwo maso, mushima
Explore Ab’i Kolosayi 4:2
3
Ab’i Kolosayi 4:5
Mugendane ubgenge ku bo hanze, mugura uburyo mubugwiza.
Explore Ab’i Kolosayi 4:5