Itanguriro 14:22-23

Itanguriro 14:22-23 BKC

Aburamu aramwishura ati: “Ndakurahiye imbere y’UHORAHO, Imana Musumbavyose, yaremye ijuru n’isi, ko ata kintu na kimwe cawe ntwara, n’aho koba akanyuzi canke umugozi w’ikirato, kugira ngo ntuzohave uvuga uti: ‘Ni jewe natungishije Aburamu.’

អាន Itanguriro 14