1
Itanguriro 9:12-13
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Imana yongerako iti: “Iki ni co kimenyetso c’isezerano ngiranye namwe n’ikintu cose kizima kiri kumwe namwe, kandi rikaba ari n’isezerano ry’abazovuka hanyuma: Nshizeho umunywamazi mu bicu; ni wo uzoba ikimenyetso c’isezerano ngiranye namwe n’isi yose.
ប្រៀបធៀប
រុករក Itanguriro 9:12-13
2
Itanguriro 9:16
Umunywamazi niwaboneka mu bicu, nzowubona maze nibuke isezerano ridata igihe hagati y’Imana n’ivyaremwe vyose biri kw’isi.”
រុករក Itanguriro 9:16
3
Itanguriro 9:6
Uwuzosesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe na we azoseswa n’uwundi muntu; kuko mw’ishusho y’Imana, ni ho umuntu yaremwe.
រុករក Itanguriro 9:6
4
Itanguriro 9:1
Nuko Imana ihezagira Nowa n’abahungu biwe irababwira iti: “Nimurondoke mugwire mwuzure isi.
រុករក Itanguriro 9:1
5
Itanguriro 9:3
Ibintu vyose bigendagenda bibaho ndabibahaye kugira ngo bibabere ivyokurya, nk’uko nabahaye ibiterwa.
រុករក Itanguriro 9:3
6
Itanguriro 9:2
Ibikoko vyose vyo kw’isi, inyoni zose zo mu kirere, ibikoko bitobito vyikwega hasi, n’amafi yose yo mu biyaga bizobatinya bicike ivutu imbere yanyu. Vyose ndabishize musi y’ububasha bwanyu.
រុករក Itanguriro 9:2
7
Itanguriro 9:7
Mwebwe nimurondoke mugwire, mwuzure isi.”
រុករក Itanguriro 9:7
គេហ៍
ព្រះគម្ពីរ
គម្រោងអាន
វីដេអូ