1
Itanguriro 10:8
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Kushi yavyaye Nimurodi, uwo ni we yatanguye kuba umuhizi mu ntambara kw’isi.
ប្រៀបធៀប
រុករក Itanguriro 10:8
2
Itanguriro 10:9
Kubera ko yari umuhigi w’umunyenkomezi wa mbere kw’isi, izina ryiwe ryabaye rurangiranwa. Ni co gituma abantu bavuga bati: “Uwu muntu ameze nka Nimurodi, wa muhigi w’umunyenkomezi mu maso y’UHORAHO.”
រុករក Itanguriro 10:9
គេហ៍
ព្រះគម្ពីរ
គម្រោងអាន
វីដេអូ