1
Itanguriro 5:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
agendana n’Imana. Hanyuma umusi umwe arazimangana abantu baramubura, kuko Imana yamujanye.
ប្រៀបធៀប
រុករក Itanguriro 5:24
2
Itanguriro 5:22
Metusela amaze kuvuka, Enoki yabayeho iyindi myaka amajana atatu, agendana n’Imana, ayivyaramwo abandi bahungu n’abakobwa.
រុករក Itanguriro 5:22
3
Itanguriro 5:1
Uru ni rwo rukurikirane rw’abakomoka kuri Adamu. Igihe Imana yarema abantu, yabaremye mw’ishusho yayo.
រុករក Itanguriro 5:1
4
Itanguriro 5:2
Yabaremye ari umugabo n’umugore kandi irabahezagira, maze ibita “abantu” igihe baremwa.
រុករក Itanguriro 5:2
គេហ៍
ព្រះគម្ពីរ
គម្រោងអាន
វីដេអូ