1
Zakariya 13:9
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Abo bazoba basigaye, ni bo nzocisha mu muriro; nzobamara inkamba nk’ifeza ndabagerageze nk’inzahabu. Bazokwambaza izina ryanje nanje nzobishura; nzovuga nti: ‘Ni abantu banje,’ na bo bazovuga bati: ‘UHORAHO ni we Mana yacu.’ ”
Compare
Explore Zakariya 13:9