YouVersion Logo
Search Icon

Zakariya 13:9

Zakariya 13:9 BKC

Abo bazoba basigaye, ni bo nzocisha mu muriro; nzobamara inkamba nk’ifeza ndabagerageze nk’inzahabu. Bazokwambaza izina ryanje nanje nzobishura; nzovuga nti: ‘Ni abantu banje,’ na bo bazovuga bati: ‘UHORAHO ni we Mana yacu.’ ”

Free Reading Plans and Devotionals related to Zakariya 13:9