1
Zakariya 12:10
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nzosuka ku nzu ya Dawidi no ku baba i Yerusalemu impwemu y’ubuntu no gusenga. Bazondaba, jewe uwo bacumise, maze baboroge nk’uwuborogera umwana wiwe w’ikinege, bagandare nk’uwugandarira imfura yiwe.
Compare
Explore Zakariya 12:10