1
Yona 1:3
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko Yona afata inzira ija i Tarushishi ngo ahunge UHORAHO. Nuko aramanuka aja i Yopa, ahasanga ubwato bugira buje i Tarushishi, ariha amahera y’urugendo, hanyuma aramanuka yinjira mu bwato kugira ngo aje i Tarushishi, ahunge UHORAHO.
Compare
Explore Yona 1:3
2
Yona 1:17
UHORAHO aca azana urufi runini cane, rumira Yona, amara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda yarwo.
Explore Yona 1:17
3
Yona 1:12
Arabishura ati: “Nimunterure munte mu kiyaga, maze gica gitekana kuko ndazi ko iki gihuhusi gikomeye kije kubera jewe.”
Explore Yona 1:12