Yona 1:3
Yona 1:3 BKC
Ariko Yona afata inzira ija i Tarushishi ngo ahunge UHORAHO. Nuko aramanuka aja i Yopa, ahasanga ubwato bugira buje i Tarushishi, ariha amahera y’urugendo, hanyuma aramanuka yinjira mu bwato kugira ngo aje i Tarushishi, ahunge UHORAHO.





