1
Ivyakozwe 6:3-4
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Bene Data, nimutoranye abantu indwi muri mwebwe, mushingira intahe ko buzuye Mpwemu Yera n’ubwenge, tubazeze ico gikorwa, hanyuma natwe duheze twiyegurire igikorwa co gusenga no kwigisha Ijambo ry’Imana.”
Compare
Explore Ivyakozwe 6:3-4
2
Ivyakozwe 6:7
Nuko ijambo ry’Imana ribandanya kwamamara, igitigiri c’abigishwa kiragwira cane i Yerusalemu, kandi n’abaherezi benshi bo mw’idini ry’Abayuda barizera.
Explore Ivyakozwe 6:7
Home
Bible
Plans
Videos