1
Ivyahishuriwe Yohana 2:4
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ariko mfise ico nkugayako, yuko waretse urukundo rwawe rwa mbere.
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:4
2
Ivyahishuriwe Yohana 2:5
Nuko ni wibuke aho wavuye ukagwa; wihane, ukore ibikorwa nk’ivya mbere. N’utagira urtyo, nzoza kuri wewe nkūre igiterekwakw itara cawe ahantu haco, shiti wihannye.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:5
3
Ivyahishuriwe Yohana 2:10
Ntutinye ivy’ ugira ubabazwe. Eh’ uwo Murwanizi agira ashire bamwe muri mwebge mw ibohero kugira ngo mugeragezwe, kandi muzogira amarushwa imisi cumi. Wame uyoboka gushitsa ku gupfa, nanje nzoguha igitsibo c’ubugingo.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:10
4
Ivyahishuriwe Yohana 2:7
Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha, nzomuha kurya ku vyamye ku giti c’ubugingo kiri muri Paradiso y’Imana.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:7
5
Ivyahishuriwe Yohana 2:2
ngo Ndazi i bikorwa vyawe n’ubutame bgawe n’ukwihangana, kandi yuk’ udashobora kwirengagiza ababi, ariko wagenzuye abiyita intumwa kand’ atari zo, usanga n’abanyabinyoma.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:2
6
Ivyahishuriwe Yohana 2:3
Kand’ ugira ukwihangana, wirengagije ivy’ ugirirwa kw izina ryanje, ntiwacobogora.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:3
7
Ivyahishuriwe Yohana 2:17
Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha nzomuha kuri manu yanyegejwe, kandi nzomuha ibuye ryera, kur’ iryo buye handitswekw izina risha, nta muntu arizi, atar’ ūzorihabga.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 2:17