1
Ivyahishuriwe Yohana 1:8
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Jewe ndi Alufa na Omega, ni k’Umwami Imana igize, iriho, kandi yamyeho, kand’ igira ize, ni yo ishobora vyose.
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 1:8
2
Ivyahishuriwe Yohana 1:18
kandi ndi muzima; nari narapfuye, kandi rāba mpora ndi muzima ibihe bitazoshira, mfise impfunguzo z’urupfu n’iz’ i kuzimu.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 1:18
3
Ivyahishuriwe Yohana 1:3
Hahirwa ūsoma, hahirwa n’abumva amajambo y’uku kuvugishwa n’Imana, bakitondera ivyanditswe muri yo: kukw igihe kiri hafi.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 1:3
4
Ivyahishuriwe Yohana 1:17
Ndamubonye, nikubita imbere y’inyundo ziwe nk’ūpfuye; maz’ anshirak’ ukuboko kw’i buryo, ati Ntutinye; jewe nd’ uwa mbere kandi nd’ uw’ iherezo
Explore Ivyahishuriwe Yohana 1:17
5
Ivyahishuriwe Yohana 1:7
Eh’ arazanana n’ibicu, kand’ ijisho ryose rizomwibonera, n’abāmucumise bazomubona: kand’ amoko yose yo mw isi azoborogeshwa na we. Ni ko biri. Amen.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 1:7