1
Ivyahishuriwe Yohana 3:20
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije. Umuntu ni yumva ijwi ryanje, akugurura urugi, ndinjira i we, dusangire.
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:20
2
Ivyahishuriwe Yohana 3:15-16
ngo Ndazi ibikorwa vyawe, yuk’ udakonje kandi ntubire. Icompa ugakonja cank’ ukabira! Nuko rero kuk’ ur’ akazuyazi, udakonje ntubire, ngira nkudahwe.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:15-16
3
Ivyahishuriwe Yohana 3:19
Abo nkunda bose ndabakankamira, nkabakāngīra; nuko gira umwete, wihane.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:19
4
Ivyahishuriwe Yohana 3:8
ngo Ndazi ibikorwa vyawe (ehe nashize imbere yawe urugi rwuguruye, nta wushobora kurwugara) yuk’ ufise ubushobozi buke, witondeye ijambo ryanje, ntiwihakanye izina ryanje.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:8
5
Ivyahishuriwe Yohana 3:21
Ūnesha, nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubgami, nk’uko nanje nanesheje nkicarana na Data ku ntebe yiwe.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:21
6
Ivyahishuriwe Yohana 3:17
Kuk’ uvuga, uti Nd’ umukire ndatunze kandi nta co nkennye; ntumenye yukw ari wewe mutindi, wafutanye, ur’ umworo, ur’ impumyi, ugenda amēnya
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:17
7
Ivyahishuriwe Yohana 3:10
Ko witondeye ijambo ryo kwihangana kwanje, nanje nzokurinda igihe co kugerageza, kigira kize mu bihugu vyose, kugerageza ababa mw isi.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:10
8
Ivyahishuriwe Yohana 3:11
Ngira nze vuba: wumire ku co ufise, ntihagire ūgutwara igitsibo cawe.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:11
9
Ivyahishuriwe Yohana 3:2
Gira ube maso, ukomeze ibisigaye bigira bipfe: kukw ata bikorwa vyawe nabonye bisozerewe imbere y’Imana yanje.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 3:2