1
Ivyahishuriwe Yohana 11:15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Umumarayika w’indwi avuza inzamba: mw ijuru hakurikira amajwi arenga, at’ Ubgami bg’isi buhindutse ubg’ Umwami wacu n’ubga Kristo wiwe, kand’ azohora ahangamye ibihe bitazoshira.
Compare
Explore Ivyahishuriwe Yohana 11:15
2
Ivyahishuriwe Yohana 11:18
Kand’ amahanga araraka, uburake bgawe buraza, igihe co guciramw’ amateka abapfuye kirashika, n’ico kugereramw’ abasavyi bawe, ni bo bavugishwa nawe, no kugerera abera n’abubaha izina ryawe, aboroshe n’abahambaye, n’ico guhonerezamw’ abahonnya isi.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 11:18
3
Ivyahishuriwe Yohana 11:3
Kand’ abanshingira intahe babiri nzobavugisha, bazovugishwa imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongwitandatu bambaye amagunira.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 11:3
4
Ivyahishuriwe Yohana 11:11
Iyo misi itatu n’igihimba ishize impwemu z’ubugingo zivuye ku Mana zibinjiramwo, baravyuka, barahagarara: ubgoba bginshi butera ababarāba.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 11:11
5
Ivyahishuriwe Yohana 11:6
Abo bafise ubushobozi bgo gukinga ijuru, ngw imvura ntikoroke mu misi yo kuvugishwa kwabo: kandi bafise ubushobozi ku mazi kuyahindura amaraso no kubabarisha isi icago cose, uko bagomvye.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 11:6
6
Ivyahishuriwe Yohana 11:4-5
Abo ni bo biti vy’imyelayo bibiri n’ibiterekwakw amatara bibiri, bihagaze imbere ya Nyen’ isi. Kand’ iy’ umuntu agomvye kubagirira nabi umuriro ubava mu kanwa, ugaturira abansi babo: kand’ umuntu ni yagomba kubagirira nabi uko ni kw akwiye kwicwa.
Explore Ivyahishuriwe Yohana 11:4-5