Ivyahishuriwe Yohana 11:15
Ivyahishuriwe Yohana 11:15 RUN1967
Umumarayika w’indwi avuza inzamba: mw ijuru hakurikira amajwi arenga, at’ Ubgami bg’isi buhindutse ubg’ Umwami wacu n’ubga Kristo wiwe, kand’ azohora ahangamye ibihe bitazoshira.