1
Abaheburayo 3:13
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ariko muhanūrane uko bukeye bicitwa uyu musi, ntihagire uwo muri mwebge akomantazwa umutima n’uruhendo rw’icaha.
Compare
Explore Abaheburayo 3:13
2
Abaheburayo 3:12
Bene Data, ni mwirinde, ntihagire uwo muri mwebge agira umutima mubi utizera, umutera kureka Imana nzima.
Explore Abaheburayo 3:12
3
Abaheburayo 3:14
Kuko twacitse abasangiye Kristo, namba tubangirije rwose ivyizigiro vyacu twatanguranye gushitsa kw iherezo
Explore Abaheburayo 3:14
4
Abaheburayo 3:8
Ntimukomantaze imitima yanyu, nk’uko mwayikomantaje mu gihe co kuratsa, Kuri wa musi wo kugerageza mu bugaragwa
Explore Abaheburayo 3:8
5
Abaheburayo 3:1
Nuko rero, bene Data bera, abasangiye ihamagarwa riva mw ijuru, ni mwitegereze Yesu, intumwa n’umuherezi mukuru w’ivyo twizeye tukavyatura
Explore Abaheburayo 3:1