1
Abaheburayo 2:18
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kuk’ ubgiwe ko yababajwe no kugeragezwa, ashobora no gutabara abageragezwa.
Compare
Explore Abaheburayo 2:18
2
Abaheburayo 2:14
Nuko rero, kukw abana bahūje inyama n’amaraso, na we ubgiwe yahūje ivyo na bo, kugira ngw abone ukw apfa, kand’ urupfu rwiwe aruhindurishe ubusa ūfise ubushobozi bg’urupfu, ni we wa Murwanizi
Explore Abaheburayo 2:14
3
Abaheburayo 2:1
Ni co gituma dukwiye kurushiriza kwitwaririka ivyo twumvise, kugira ngo ntidutwarwe akayombekere tukabivako.
Explore Abaheburayo 2:1
4
Abaheburayo 2:17
Ni co catumye vyaramubereye gushushanywa na bene Se kuri vyose, ngw abe umuherezi mukuru wo mu vy’Imana, w’imbabazi kand’ agororoka, abe impongano y’ivyaha vy’abantu.
Explore Abaheburayo 2:17
5
Abaheburayo 2:9
Ariko, uwacishijwe bugufi, akaba musi y’abamarayika gato, ni we Yesu, tumubona yambitswe ubgiza n’icubahiro nk’igitsibo, kubg’ imibabaro y’urupfu, kugira ng’ ubuntu bg’Imana butume arogorera umuntu wese urupfu.
Explore Abaheburayo 2:9