1
Ivyakozwe N’intumwa 19:6
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Paulo amaze kubarambikakw ibiganza, Mpwemu Yera abazako, bavuga izindi ndimi, bavugishwa n’Imana.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 19:6
2
Ivyakozwe N’intumwa 19:11-12
Kand’ Imana ikoresha amaboko ya Paulo ibitangaza vy’agaheta: vyatuma bashīra abarwaye ibitambara n’ivyambazo bivuye ku mubiri wiwe, bagakira indwara zabo, impwemu zihumanye zikabavamwo.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 19:11-12
3
Ivyakozwe N’intumwa 19:15
Impwemu ihumanye irabishura, iti Yesu ndamuzi, na Paulo ndamuzi, ariko mweho muri ba nde?
Explore Ivyakozwe N’intumwa 19:15
Home
Bible
Plans
Videos