Ivyakozwe N’intumwa 19:11-12
Ivyakozwe N’intumwa 19:11-12 RUN1967
Kand’ Imana ikoresha amaboko ya Paulo ibitangaza vy’agaheta: vyatuma bashīra abarwaye ibitambara n’ivyambazo bivuye ku mubiri wiwe, bagakira indwara zabo, impwemu zihumanye zikabavamwo.





