1
Ivyakozwe N’intumwa 18:10
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
kuko ndi kumwe nawe, kandi nta muntu azogutera ngw akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi mur’ iki gisagara.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 18:10
2
Ivyakozwe N’intumwa 18:9
Maz’ Umwami Yesu abarira Paulo mw ijoro nko mu nzozi, ati Ntutinye, arik’ uvuge, woye gucereza
Explore Ivyakozwe N’intumwa 18:9
Home
Bible
Plans
Videos