1
Ivyakozwe N’intumwa 17:27
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
kugira ngo barondere Imana, ngo namba kumbure bakabakavye boyibona, nah’ itari kure y’umuntu n’umwe muri twebge.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 17:27
2
Ivyakozwe N’intumwa 17:26
Kandi yaremye amahanga yose y’abantu, ibakūye mu muntu umwe, ngo basagaze mw isi yose, yashinze ibihe vy’imyaka ko bikūranwa uko yageze, icira abantu imbibe z’aho baba
Explore Ivyakozwe N’intumwa 17:26
3
Ivyakozwe N’intumwa 17:24
Imana Rurema, yaremye isi n’ibirimwo vyose, iyo, kukw ari yo Mwami w’ijuru n’isi, ntiba mu nsengero zubatswe n’amaboko
Explore Ivyakozwe N’intumwa 17:24
4
Ivyakozwe N’intumwa 17:31
kuko yashinze umusi wo gucirakw isi yose amateka y’ukuri, izoyacisha umuntu yatoranije, kandi yahaye bose ikimenyamenya c’ivyo, mu kumuzura imukūye mu bapfuye.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 17:31
5
Ivyakozwe N’intumwa 17:29
Nuko rero, ko tur’ uruvyaro rw’Imana, ntidukwiye kwiyumvira yukw Imana isa n’izahabu, cank’ ifeza, cank’ amabuye, ivyābājwe n’ubuhinga n’ubgenge bg’abantu.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 17:29
Home
Bible
Plans
Videos