1
Ivyakozwe N’intumwa 16:31
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Baramwishura, bat’ Izere Umwami Yesu, urakira, mwe n’abo mu nzu yawe.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 16:31
2
Ivyakozwe N’intumwa 16:25-26
Maze nko mu gicugu Paulo na Sila bariko barasenga baririmbira Imana, izindi mbohe zibumva, isi ica inyiganyiga cane giturumbuka, bituma amatanguriro y’inzu y’ibohero anyiganyiga, ako kanya inzugi zose ziruguruka, iminyororo ya bose iradohoka.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 16:25-26
3
Ivyakozwe N’intumwa 16:30
arabasohokana, arababaza, ati Bagenzi, nkwiye gukora iki ngo nkire?
Explore Ivyakozwe N’intumwa 16:30
4
Ivyakozwe N’intumwa 16:27-28
Uwo murinzi yikanguye, abonye inzugi z’ibohero zuguruye, asokora inkota agira yiyahure, kuko yagira ngw imbohe zācitse. Ariko Paulo asemerera n’ijwi rirenga, ati Ntiwigirire nabi, twese turi hano.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 16:27-28
Home
Bible
Plans
Videos