1
2 Timoteyo 2:15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Wame ugira umwete wo kwiha Imana nk’uwamaze kurama, umukozi atarinda gutētērwa, aramiriza neza mw ijambo ry’ukuri.
Compare
Explore 2 Timoteyo 2:15
2
2 Timoteyo 2:22
Ariko kwifuza kw’ubusore uguhunge, maz’ ukurikire ukugororoka n’ukwizera n’urukundo n’amahoro, ufatanya n’abambaza Umwami wacu n’imitima itanduye.
Explore 2 Timoteyo 2:22
3
2 Timoteyo 2:24
Kand’ umushumba w’Umwami wacu ntakwiye gutongana, arikw akwiye kugira ineza kuri bose, no kuba uburyo bgo kwigisha, no kwihangana
Explore 2 Timoteyo 2:24
4
2 Timoteyo 2:13
naho tutoba abizigirwa, we ahora ar’ umwizigirwa, kukw adashobora guhindagurika.
Explore 2 Timoteyo 2:13
5
2 Timoteyo 2:25
no guhanūrisha ubugwaneza abamuhāririza, ngo kumbure, bishobotse, Imana ibahe kwihana ngo bamenye ivy’ ukuri
Explore 2 Timoteyo 2:25
6
2 Timoteyo 2:16
Ariko, ibihumanya vy’amagambo y’ubusa ubizibukīre, kukw ababivuga bazoshishikara inzira yo kutubaha Imana
Explore 2 Timoteyo 2:16