1
2 Timoteyo 1:7
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kukw Imana itaduhaye umutima w’ubujora: ariko yaduhaye uw’ ubushobozi n’urukundo n’ukwirinda.
Compare
Explore 2 Timoteyo 1:7
2
2 Timoteyo 1:9
yadukijije, ikaduhamagarisha umuhamagaro wera, udatewe n’ibikorwa vyacu, arik’ utewe n’uko yabigabiye ubgayo, kand’ utewe n’ubuntu bgayo, twaherewe muri Kristo Yesu ibihe vyose bitaraba
Explore 2 Timoteyo 1:9
3
2 Timoteyo 1:6
Ni co gituma nkwibutsa gufurūra ingabire y’Imana iri muri wewe ngo yake, yagushizwemwo no kurambikwakw ibiganza vyanje.
Explore 2 Timoteyo 1:6
4
2 Timoteyo 1:8
Nuko ntugire isoni zo gushingira intahe Umwami wacu, cank’ izanje imbohe yiwe. Arik’ ufatanye nanje kwihanganira imibabaro kubg’ ubutumwa bgiza, nk’uk’ ubushobozi bg’Imana bugushoboza
Explore 2 Timoteyo 1:8
5
2 Timoteyo 1:12
Ni co gituma kandi mbabazwa ntya, yamara ntibintera isoni, kuko nzi uwo nizeye, kandi nzi ntakekeranya yukw ashobora kuzigama ikibītsanyo namubīkije gushitsa kuri wa musi.
Explore 2 Timoteyo 1:12