1
2 Ab’i Korinto 3:17
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Arik’ uwo Mwami ni we Mpwemu: kand’ aho Mpwemu w’Umwami ari, ni ho haba umwidegemvyo.
Compare
Explore 2 Ab’i Korinto 3:17
2
2 Ab’i Korinto 3:18
Tweho twese, ko tutitwikiriye mu maso, tukerekana nk’icirore ubgiza bg’Umwami, turahinduka, tugashushanywa n’iyo shusho, tukava mu bgiza tukaja mu bundi, nk’abahindurwa n’Umwami, ari we Mpwemu.
Explore 2 Ab’i Korinto 3:18
3
2 Ab’i Korinto 3:16
yamara, iy’ umuntu ahindukiriye Umwami, ico citwikiro gica gikūrwaho.
Explore 2 Ab’i Korinto 3:16
4
2 Ab’i Korinto 3:5-6
s’uko dushobora ubgacu kwiyumvira ikintu cose nk’ah’ ari twebge candurutseko, ariko dushobozwa n’Imana; ni yo yadushoboje kuba abakozi b’isezerano risha, yamara s’abakozi b’ivyandikishijwe inyuguti, ariko n’ab’ impwemu: kukw ivyandikishijwe inyuguti vyicisha, arikw impwemu ihesha ubugingo.
Explore 2 Ab’i Korinto 3:5-6