1
2 Ab’i Korinto 2:14-15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Arikw Imana ishimwe, yama itujana nk’abafashwe mpiri muri Kristo, idutera kwerekana ubumote bgo kumumenyekanisha ahantu hose. Kuko tur’ ubumote bgiza bga Kristo ku Mana, hagati y’abariko barakira n’abariko barahona.
Compare
Explore 2 Ab’i Korinto 2:14-15