1
1 Ab’i Tesalonike 4:17
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
maze natwe abazoba bakiriho, dusigaye, tuzoca duteruranwa na bo mu bicu, dusanganirire Umwami mu kirēre. Ni ho tuzokwama tubana n’Umwami.
Compare
Explore 1 Ab’i Tesalonike 4:17
2
1 Ab’i Tesalonike 4:16
Kuk’ Umwami wacu ubgiwe azoza, amanutse avuye mw ijuru, aranguruye ijwi rirenga, hamwe n’akāmo k’umumarayika mukuru, n’inzamba y’Imana. Maz’ abapfiriye muri Kristo ni bo bazobanza kuzuka
Explore 1 Ab’i Tesalonike 4:16
3
1 Ab’i Tesalonike 4:3-4
Ico Imana igomba, n’ukwezwa kwanyu, ko mwirinda ubushakanyi; kugira ng’ umuntu wese muri mwebge amenye kuganziriza uwiwe mubiri mu kwezwa no mu kuwubaha
Explore 1 Ab’i Tesalonike 4:3-4
4
1 Ab’i Tesalonike 4:14
Uko twizera yuko Yesu yapfuye akazuka, abe ari ko twizera yukw abāsinziririye muri Yesu, Imana izobazanana na we.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 4:14
5
1 Ab’i Tesalonike 4:11
Kandi mushishikare kwiyorosha, no gukora ivyanyu, no gukoresha amaboko yanyu, nk’uko twababariye
Explore 1 Ab’i Tesalonike 4:11
6
1 Ab’i Tesalonike 4:7
Kukw Imana itāduhamagariye guhumana, ariko yaduhamagariye kwezwa.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 4:7