1 Ab’i Tesalonike 4:3-4
1 Ab’i Tesalonike 4:3-4 RUN1967
Ico Imana igomba, n’ukwezwa kwanyu, ko mwirinda ubushakanyi; kugira ng’ umuntu wese muri mwebge amenye kuganziriza uwiwe mubiri mu kwezwa no mu kuwubaha,