1
1 Ab’i Tesalonike 5:16-18
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Munezerwe imisi yose; musenge ubudasība; mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu.
Compare
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:16-18
2
1 Ab’i Tesalonike 5:23-24
Kand’ Imana Nyen’ amahoro ibe ari yo ibeza rwose: kand’ impwemu yanyu n’ubugingo n’umubiri vyose hamwe bizigamwe, ngo bize bisangwe bitagira umugayo, ah’ Umwami wacu Yesu Kristo azozira. Ībahamagara n’iyo kwizigirwa; no kubikora izobikora.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:23-24
3
1 Ab’i Tesalonike 5:15
Mwirinde, ntihagire umuntu yīhōra uwundi ikibi yamugiriye, ariko mwame mukurikira iciza mu vyo mugiriranira no mu vyo mugirira abandi bose.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:15
4
1 Ab’i Tesalonike 5:11
Nuko muhanūrane, mukomezanye, nk’uko mubikora nyene.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:11
5
1 Ab’i Tesalonike 5:14
Kandi turabahanūra, bene Data, muhubūre abasaragurika, muremeshe abarandutse imitima, muramire abanyantege nke, mwihanganire bose.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:14
6
1 Ab’i Tesalonike 5:9
Kukw Imana itādushiriyeho kuturakira, ariko yadushiriyeho guheshwa agakiza n’Umwami wacu Yesu Kristo
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:9
7
1 Ab’i Tesalonike 5:5
kuko mwese mur’ abana b’umuco n’abana b’umurango. Ntitur’ ab’ ijoro cank’ ab’ umwiza.
Explore 1 Ab’i Tesalonike 5:5