Itanguriro 16:13
Itanguriro 16:13 BKC
Hanyuma y’ivyo, Hagari yita izina UHORAHO yari ahejeje kuvugana na we. Aravuga ati: “Uri Eli Royi, Imana imbona,” kuko yavuga ati: “Ni ivy’ukuri ndabonye Imana y’indavyi.”