Itanguriro 13:18
Itanguriro 13:18 BKC
Nuko Aburamu yimura amahema yiwe aja kuba i Heburoni hafi y’ibiti binini vya Mamure. Aho na ho ahubakira UHORAHO igicaniro.