1
Matayo 9:37-38
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Aca abwira abigishwa biwe ati: “Ivyimburwa ni vyinshi, ariko abimbuzi ni bake. Nimwinginge nyene ivyimburwa arungike abimbuzi mu vyimburwa vyiwe.”
مقایسه
Matayo 9:37-38 را جستجو کنید
2
Matayo 9:13
Nimugende mwige iri jambo ico rivuga: ‘Nshaka ko mugira imbabazi kuruta kumpa ibimazi.’ Kuko sinaje kurondera abagororotsi, ahubwo naje kurondera abanyavyaha.”
Matayo 9:13 را جستجو کنید
3
Matayo 9:36
Abonye abantu, bamutera ikigongwe; kuko bari bagowe, batagira uwubatabara, mbere bari bameze nk’intama zitagira umwungere.
Matayo 9:36 را جستجو کنید
4
Matayo 9:12
Yesu avyumvise aca avuga ati: “Abakomeye si bo bakeneye umuganga, ahubwo abagwaye ni bo bamukeneye.
Matayo 9:12 را جستجو کنید
5
Matayo 9:35
Hanyuma Yesu agendagenda mu bisagara vyose no mu mihana yose yigisha mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza ingwara zose n’ubumuga bwose.
Matayo 9:35 را جستجو کنید
خانه
كتاب مقدس
برنامههای مطالعه
ویدیوها