1
Matayo 25:40
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Umwami azobishura ati: ‘Ndababwire ukuri, igihe cose mwabikoreye urya muntu muto muri aba bene Data, ni jewe mwabikoreye.’
مقایسه
Matayo 25:40 را جستجو کنید
2
Matayo 25:21
Shebuja aramwishura ati: ‘Wakoze neza, mukozi wanje mwiza kandi w’umwizigirwa! Wabaye umwizigirwa kuri bike; nanje nzoguha kuganza vyinshi. Kaze usangire umunezero na shobuja!’
Matayo 25:21 را جستجو کنید
3
Matayo 25:29
Kuko uwufise azokwongererezwa asesekarizwe, ariko uwudafise azokwakwa n’ivyo yari afise.
Matayo 25:29 را جستجو کنید
4
Matayo 25:13
Nuko rero mube maso, kuko mutazi umusi n’isaha.
Matayo 25:13 را جستجو کنید
5
Matayo 25:35
Kuko nari nshonje murangaburira, nari nyotewe mumpa ico kunywa, nari ingenzi mumpa indaro
Matayo 25:35 را جستجو کنید
6
Matayo 25:23
Matayo 25:23 را جستجو کنید
7
Matayo 25:36
nagenda gusa muranyambika, nari ngwaye muza kunsuhuza, nari mw’ibohero muza kundaba.’
Matayo 25:36 را جستجو کنید
خانه
كتاب مقدس
برنامههای مطالعه
ویدیوها