1
Matayo 17:20
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Yesu arabishura ati: “Ni kubera ukwizera kwanyu guke. Ndababwire ukuri, iyo muba mwari mufise ukwizera kungana n’akabuto ka mutaride, mwobwira uriya musozi muti: ‘Imuka uve ngaha,’ kandi woca wimuka. Nta kintu na kimwe kitobashobokera. [
مقایسه
Matayo 17:20 را جستجو کنید
2
Matayo 17:5
Akiriko aravuga, haza igicu cera derere kirabatwikira. Maze ijwi ryumvikanira muri ico gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane kandi ampimbara. Nimumwumvirize!”
Matayo 17:5 را جستجو کنید
3
Matayo 17:17-18
Yesu arabishura ati: “Yemwe bantu b’iki gihe mutizera kandi mwononekaye mu mitima, nzobana namwe gushika ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Nzanira uwo mwana hano.” Yesu aca akankamira iyo dayimoni, iva muri uwo mwana, aca akira ako kanya nyene.
Matayo 17:17-18 را جستجو کنید
خانه
كتاب مقدس
برنامههای مطالعه
ویدیوها