YouVersion Logo
Search Icon

Roma 3:25-26

Roma 3:25-26 BKC

Imana yamutanze kugira ngo abe ikimazi, atange amaraso yiwe abe impongano y’ivyaha vy’uwo wese yemeye kumwizera. Imana yabikoze gutyo kugira ngo yerekane ukugororoka kwayo, kuko yihanganiye abantu ntiyabahanira ibigabitanyo bakoze muri kahise. Ivyo yabikoze kugira ngo yerekane ukugororoka kwayo muri iki gihe; kandi ubwo bugororotsi bwayo nyene irongera ikabwerekana mu gufata abanyavyaha bizeye Yesu Kristo ko babaye abagororotsi.

Verse Image for Roma 3:25-26

Roma 3:25-26 - Imana yamutanze kugira ngo abe ikimazi, atange amaraso yiwe abe impongano y’ivyaha vy’uwo wese yemeye kumwizera. Imana yabikoze gutyo kugira ngo yerekane ukugororoka kwayo, kuko yihanganiye abantu ntiyabahanira ibigabitanyo bakoze muri kahise. Ivyo yabikoze kugira ngo yerekane ukugororoka kwayo muri iki gihe; kandi ubwo bugororotsi bwayo nyene irongera ikabwerekana mu gufata abanyavyaha bizeye Yesu Kristo ko babaye abagororotsi.

Free Reading Plans and Devotionals related to Roma 3:25-26