YouVersion Logo
Search Icon

Yona 4:2

Yona 4:2 BKC

Ni ko gusenga UHORAHO avuga ati: “None ga Mana ibi si vyo nari navuze igihe nari nkiri mu gihugu c’iwacu? Ni na co cari catumye nihutira guhungira i Tarushishi. Kuko nari nsanzwe nzi ko wewe uri Imana igira ubuntu, ifise ikigongwe cinshi, itihutira gushavura, ifise urukundo rwinshi kandi yigarura ntirungike ivyago.