Yona 4:10-11
Yona 4:10-11 BKC
UHORAHO aca avuga ati: “Ko ubabajwe n’igiterwa utakoreye canke ngo utume gikura, cakuze mw’ijoro rimwe bukeye kikuma, mbega jewe sinari nkwiye kugirira ikigongwe Ninewe, igisagara kinini kibamwo abantu barenga ibihumbi ijana na mirongo ibiri badashobora gutandukanya iciza n’ikibi, hamwe n’ibitungano vyaho vyinshi?”





